Burundi: CNDD/FDD Uragiriza Perezida Kagame

cnddUmugambwe uri ku butegetsi mu Burundi CNDD/FDD wagiriza Umukuru w’ igihugu c’u Rwanda Paul Kagame ko ariwe yishe Perezida Cyprien Ntaryamira yararongoye Uburundi mu mwaka w’i 1994.

Perezida Ntaryamira yaguye mu mpanuka y’indege imwe na mugenzi we w’u Rwanda Juvenal Havyarimana kw’igenekerezo rya gatandatu y’ukwezi kwa kane 1994 mu micungararo y’umugwa mukuru w’u Rwanda Kigali.

Ivyo birego bikubiye mw’itangazo umugambwe CNDD/FDD uhejeje gusohora ku muhingamo wo kuruyu wa gatatu. Umushingantahe Gelase Daniel Ndabirabe, Umuvugizi wa CNDD/FDD ni we yashyikirije iryo tangazo.

Advertisement

Leave a Reply

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out /  Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out /  Change )

Connecting to %s